Ni igiki gituma abantu biyandikako izina ry’umuririmvyi Natacha ku mibiri yabo?
Kuwa 10 kigarama 2019, niho ku mbuga ngurukanabumenyi haboneka amasanamu y’umuntu agira gatatu yiyanditse ku mubiri izina ry’umuririmvyikazi Natacha Ngendabanka. Abandi babikoze mu ntango z’uyu...