LE JOURNAL.AFRICA
SOCIETE

Ng’uku uko nakize amabi dukorerwa mu vyumba vy’amasengesho

Kuwa 19 Nzero 2019, mu ntara ya Gitega, Yaga yaratunganije ikiyago ku bijanye n’igwirirana ry’ivyumba vy’amasengesho n’ingaruka rifise mu Burundi. Umwigeme umwe mu bitavye ico kiyago yahavuye afashe ingingo yo guheba icumba yahora ajamwo. Aratwiganira ibiberayo.

Icumba c’amasengesho nabayemwo catanguye mu mwaka w’2016, gitangujwe n’umuntu yiyita umulewi; uwo  yibera mu bigo vy’ishure ryisumbuye ry’ubuhinga n’utugenegene (ETP) kandi atari umunyeshure. Mu ntango, yaje muhira kudusaba inzu yo gupanga, tuyimuha be n’abo basangiye umugambi, twibaza ko ari abanyeshure. Bidatevye, baciye bayihindura icumba c’amasengesho c’abiyita “Abalewi”.

Hagati muri uwo mwaka w’2016 nyene, narinjiye.

Ayo nahabonye…

Gushika n’ubu sindatahura ibidushikira, kuko usanga twitaho ivyo vyumba  kuruta uko twitaho imiryango yacu. Icumba cose kirafise amategeko. Ico nari ndimwo ...   

Continuer la lecture de cet article sur YAGA BURUNDI

Articles similaires

Qui est mon père ?

YAGA BURUNDI

Treize conseils d’éducation étayés par la science

BBC AFRIQUE

Bombé : une drogue qui décime en silence la jeunesse kinoise

LE JOURNAL.AFRICA
Verified by MonsterInsights