LE JOURNAL.AFRICA
SOCIETE

#KwitunganirizaImigambi: ko inganda zivuka ku bwinshi, ziherera he?

Ishirahamwe API rijejwe kworohereza abanyamitahe riremeza ko amashirahamwe n’inganda zotanga ubuzi zivuka ku bwinshi buri mwaka, mu Burundi. Yamara, biratangaje ukuntu ubuzi buguma bukena, kandi n’ayo mashirahamwe ugaheruka avutse, ntubone impinduka ku rubuga. Umuco.

Nk’uko biri mu cegeranyo gitangwa n’ikigo API, hagati y’umwaka w’2013 na 2017, mu Burundi, haravutse inganda zababa 2041 ku mwaka ku mwaka. Nayo mu mwaka w’2018, havutse inganda 3430. Uyu mwaka w’2019, kuva utangura gushika mu kwezi kwa Ndamukiza, inganda 2 822 ni zo zari zimaze kuvuka. 

Ivyo biharuro ni ivy’inganda zaciye mu kigo API; ikigo cahora ari kimwe rudende cemewe, maze zikaronswa ivyangombwa vyose bikenerwa kugira uruganda rutangure gukora ku mugaragaro. 

Ivyo biharuro uvyihweje wohava wibaza ko, mu Burundi, ukwitunganiriza akazi ari nk’aka kanya. Ihibambewe! Nyinshi muri izo nganda uheruka zitan...   

Continuer la lecture de cet article sur YAGA BURUNDI

Articles similaires

Ihiganwa “Miss Kayanza”: abatyoje Neilla bose Imana ibaharire

YAGA BURUNDI

Au Sénégal, Faty Diop aide les enfants des rues à s’insérer professionnellement

RFI AFRIQUE

Cerveaux burundais à l’étranger : un retour impossible ?

YAGA BURUNDI
Verified by MonsterInsights