LE JOURNAL.AFRICA
SANTE

Akabare ko mu bitaro : kunywa canke kuvura, duhitemwo iki ?

Mu Burundi, ugukora, ukudandaza ndetse n’ukunywa inzoga zambiye nta mategeko atomoye abigenga arashirwaho. Kandi, biragaragara ko urudandazwa rw’akabare rusa n’uko ari wo mugambi w’ukwiteza imbere ubangukira abatari bake ; kugeza n’aho mu bitaro vyitwa ivya Reta usangayo akabare.

Ni muri bimwe mu bitaro vya Reta biri hano mu gisagara ca Bujumbura. Ivyo bitaro bisanzwe biri ku rwego rw’igihugu, dufatiye kuri za ngero baha ibitaro bivanye n’agaciro k’ubuvuzi bitanga. Ikindi kidasanzwe, ivyo bitaro ni bimwe mu bisanzwe bitangirwamwo inyigisho ku banyeshure biga kuvura.

Muri ivyo bitaro, haraciye imyaka myinshi mbona hariyo akabare gakora ukuri kwamye. Abanyeshure biga ivy’ubuganga, bo bakunda kunywera muri ico kirabo, cane cane iyo baraye kw’izamu, bakita « Pharmacie de garde » (igifaransa), bisigura « idandarizo ry’imiti ku bakora ijoro ».

Naho biboneka nk’aho ata ngorane biteye, agahaze ko ntikabuze.

Umugwayi ni we ahasigara

Continuer la lecture de cet article sur YAGA BURUNDI

Articles similaires

Covid-19: le Nigeria dit progresser sur le développement de son propre vaccin

RFI AFRIQUE

Covid-19 en Tanzanie : les experts alertent sur les dangers d’une troisième vague

RFI AFRIQUE

Plus de 500 000 contaminés au VIH/Sida en RDC : ONUSIDA, PNMLS et PNLS s’engagent à renforcer la riposte

POLITICO CD
Verified by MonsterInsights