Habari
Inatayarisha habari…
Ikiwa tafsiri inahitajika, hii inaweza kuchukua sekunde chache.
Ikiwa tafsiri inahitajika, hii inaweza kuchukua sekunde chache.
Ingeso yo kurenga ibigo iragisibije mu miryango itari mike, yaba iyo mu gihugu iwacu canke hanze. Iyo rero, uwo yiziziye, naho yorara arinyegeza gute, biratinda bikaja ahabona. Kandi, iyo bimaze kumenyekana, uwabikoze aragira amakuba adasanzwe. Ku bakundanye, iyo umwe muri bo afashe ingeso yo guhemukira uwundi, ntibiteba kuja ahabona. Kenshi…

Habari muhimu zilizoteuliwa na wahariri wetu. Jumatatu hadi Ijumaa.
Kwa kujiandikisha, unakubali sera yetu ya faragha.