Habari
Inatayarisha habari…
Ikiwa tafsiri inahitajika, hii inaweza kuchukua sekunde chache.
Ikiwa tafsiri inahitajika, hii inaweza kuchukua sekunde chache.
Kw’igenekerezo rya 22 Kigarama 2019, benshi mu banyagihugu baba mu buraruko bw’igisagara ca Bujumbura bikanguriye kuganya. Imvura y’isegenya yaraye iragwa yahitanye abantu n’ibintu, imiryango irahekuka. Harakwiye kugira igikozwe Uburundi ntibwame mu marira. Wari umusi w’Imana nk’iyindi yose. Igitondo nk’ibindi, ariko mu gisagara ca Bujumbura hoho cabaye igitondo gitatse amarira, amaganya…

Habari muhimu zilizoteuliwa na wahariri wetu. Jumatatu hadi Ijumaa.
Kwa kujiandikisha, unakubali sera yetu ya faragha.