Habari
Inatayarisha habari…
Ikiwa tafsiri inahitajika, hii inaweza kuchukua sekunde chache.
Ikiwa tafsiri inahitajika, hii inaweza kuchukua sekunde chache.
Indero y’ikirundi ntibona neza imigenderanire y’umuhungu n’umukobwa, iyo bakiri bato, batarashika aho bogira umugambi wo kwubakana. Ariko ivyo bigira ingaruka, cane cane iyo hageze ko umusore aresha. Ng’uko vyangendeye. Ndavyibuka neza. Nkiri umwana muto cane, igihe niga mu mashure y’intango, naguma nipfuza kuba umuntu atinyitse mu kibano. Kubw’ivyo, natanguye kuja…

Habari muhimu zilizoteuliwa na wahariri wetu. Jumatatu hadi Ijumaa.
Kwa kujiandikisha, unakubali sera yetu ya faragha.