Bujumbura : vyinshi mutari muzi kuri kahise k’ ico gisagara
Ico gisagara giherutse kuba umugwamukuru w’ivy’ubutunzi, catanguye kuba umugwamukuru wa Rwanda-Urundi, mu nyuma kiba umugwamukuru wa politike w’Uburundi. Abarundi benshi, harimwo n’abakibamwo, ntibazi uko igisagara...