Kuki bamwe mu baganga badasigurira abagwayi ivyo bagiye kubagirira?
Buri wa 11 Ruhuhuma, harahimbazwa umusi mpuzamakungu wahariwe abagwayi. Imwe mu mpamvu abaganga batungwa urutoke ko basamara cane, ni ukudasigurira umugwayi ico agwaye n’ivyo bagiye...