Bujumbura : abivuriza kw’ikarata y’abarimyi « CAM » bari mu gahinda
Kw’igenekerezo rya 7 ndamukiza uko umwaka utashe, Uburundi n’amakungu vyarahimbaje umusi mpuzamakungu wahariwe amagara y’abantu. Hano mu gihugu cacu, igisata c’amagara y’abantu cugarijwe n’ingorane zitari...