LE JOURNAL.AFRICA
SANTE

Itabi : kuki tuguma turinywa kandi tuzi ko ari ribi ?

Kuwa 31 Rusama buri mwaka, isi yose irahimbaza umusi mpuzamakungu wahariwe kurwanya itabi. Mu Burundi, abanywi b’itabi si bake ; yamara, bose barazi ko ari ribi, ariko bakabandanya barinywa. Hari impamvu.

Dufatiye ku cigwa cakoreshejwe ubuhinga bwo gukurikirana indwara zitandukira (STEPS), cakozwe mu ntara ya Kirundo n’ubushikiranganji bujejwe amagara y’abantu, mu mwaka w’2013, umuntu 1 kuri 5 ni we anywa itabi, vyongeye abantu 2 kuri 5 nibo binjizwa ibitaro bivuye kw’itabi banywa.

Si ivyo gusa ; mu cigwa ciwe c’ukurangiza igisata c’ubuvuzi mu mashure ya Kaminuza, Muganga  Alain Freddy, afatanije na Muganga François Ndikumwenayo, umwigisha muri Kaminuza y’Uburundi akaba asanzwe yanonosoye ivy’indwara zo mu mahaha, muri komine Gahombo mu ntara ya Kayanza, barerekana ko ibice 26% vy’ababajijwe bemera k...   

Continuer la lecture de cet article sur YAGA BURUNDI

Articles similaires

Tunisie: journée de colère des médecins réclamant d’importants changements

RFI AFRIQUE

Au Cameroun, «bien vieillir avec le VIH»

RFI AFRIQUE

RDC: qui a acheté des médicaments périmés pour le programme des 100 jours?

RFI AFRIQUE
Verified by MonsterInsights