LE JOURNAL.AFRICA
SOCIETE

« Ng’uku uko bantwaje imbanyi bivuye ku mucanwa wa terefone »

Ibitigiri vy’abigeme bava ku ntebe y’ishure kubera batwaye imbanyi batipfuza ni vyinshi. Ikibabaje ni uko usanga benshi basama izo mbanyi bivuye ku tuntu tudafashe, ingaruka nazo zikaza ziremereye kurusha. Ndayisaba*, umwigeme aba mu gisagara ca Gitega, aratwiganira uko vyamugendeye.

Novuga ko nazize umuriro w’iterefone kubera aho naba ata matara yari ahari ; hanyuma terefone yanje nkama ndayiha umuporisi wo ku kirindiro cegereye aho iwacu ngo anshiriremwo umuriro, uko imisi itatu irangiye. Twagiye turamenyerana uko, bihava bizamwo imigenderanire miremire, simenye ko akari inyuma gahinda. 

Vyatanguye buhorobuhoro, nkamusaba kunshirira ku muriro terefone yanje, rimwe, kabiri, gatatu, … Mu nyuma, nawe atangura kurondera kumenya cane, iyo nturuka n’ivyo nkora mu buzima ; ahava aranansaba inomero z’iyo ngendanwa yanje, gutyo tuba dutanguye no kwandikiranira ubutumwa.

Kugeza ngaho nabona ko ari ibisanzwe, kugeza igihe anyandikira ansaba ko noja kumuramutsa aho aba. Nanje ndanka. Arangobera cane, kugeza aho mbona neza ko mbandanije ndavyanka, bishobora guto...   

Continuer la lecture de cet article sur YAGA BURUNDI

Articles similaires

RDC : les autorités de l’Ituri suspendent la distribution d’outils agricoles par les humanitaires

OKAPI CONGO

Pape en RDC: les victimes de la guerre croient à leur intercession.

LE JOURNAL.AFRICA

Le «Syndicat» virtuel, «poil à gratter» de l’égalité hommes-femmes en ligne

RFI AFRIQUE
Verified by MonsterInsights