Ruka kwenye yaliyomo

Covid-19 : impanuro 8 zobafasha gukingira abana banyu mu kubaganiriza kuri ico kiza

Abatari bake bamaze kurengerwa n’ivyo twumva hirya no hino bivugwa ku kiza ca Coronavirus (Covid-19). Ntibitangaje ko ivyo abavyeyi bibaza, n’abana babo bitabasiga uko vyabasanze. Ikibabaje rero, ni uko bigora cane abakiri bato kwitondera inkuru ziva irya n’ino ku mboneshakure n’imbuga ngurukanabumenyi zivuga ico kiza na rirya bisanzwe bizwi ko…

4 dakika za kusoma
Shiriki

Mjadala

  • Bado hakuna maoni. Kuwa wa kwanza.
Afrika kila asubuhi katika sanduku lako

Afrika kila asubuhi katika sanduku lako

Habari muhimu zilizoteuliwa na wahariri wetu. Jumatatu hadi Ijumaa.

Kwa kujiandikisha, unakubali sera yetu ya faragha.

Zinazohusiana