Habari
Inatayarisha habari…
Ikiwa tafsiri inahitajika, hii inaweza kuchukua sekunde chache.
Ikiwa tafsiri inahitajika, hii inaweza kuchukua sekunde chache.
Kuwa 20 Ruhuhuma, isabukuru “Buja Sans Tabou” ryahawe ikaze muri zone ya Buyenzi. Kabaye akaryo ku bari bitavye ibirori ko kumenya vyinshi kuri kahise kaho, na canecane ukuntu iyo karitiye yitanze cane mu guharanira intahe y’ukwikukira. Akavura kari kaguye. Abari bahari bari bagize ubwoba, bibaza ko ibirori vyateguwe bihava bisiba,…

Habari muhimu zilizoteuliwa na wahariri wetu. Jumatatu hadi Ijumaa.
Kwa kujiandikisha, unakubali sera yetu ya faragha.