Ja ku biri muri urupapuro

« Buja Sans Tabou (umusi wa 4) » : Buyenzi, umugwa wahabuje intahe y’ukwikukira kw’Uburundi

Kuwa 20 Ruhuhuma, isabukuru “Buja Sans Tabou” ryahawe ikaze muri zone ya Buyenzi. Kabaye akaryo ku bari bitavye ibirori ko kumenya vyinshi kuri kahise kaho, na canecane ukuntu iyo karitiye yitanze cane mu guharanira intahe y’ukwikukira. Akavura kari kaguye. Abari bahari bari bagize ubwoba, bibaza ko ibirori vyateguwe bihava bisiba,…

3 iminota yo gusoma
Sangiza

Ikiganiro

  • Nta vyiyumviro biriho. Ba uwa mbere.
Afurika mu gasanduku kawe ka imeli buri gitondo

Afurika mu gasanduku kawe ka imeli buri gitondo

Amakuru ahambaye yatoranijwe n'abanditsi bacu. Kuva ku wa mbere gushika ku wa gatanu.

Mu kwiyandikisha, wemera politike yacu y'ibanga.

Ibijanye