Inkuru
Iriko ihindurwa…
Niba ihinduka rikenewe, bishobora gufata amasegonda makeyi.
Niba ihinduka rikenewe, bishobora gufata amasegonda makeyi.
Kuri uyu wa 9 Kigarama 2019, niho uwahoze ari umuhuza w’Abarundi Mohamed Khalfan Rukara yashinguranwa iteka. Hari mw’itongo ry’abapfuye ryo mu Ngagara, ahitwa “Ku Barabu”. Yitavye Imana afise imyaka 64 y’amavuka, kuwa 29 Munyonyo i Buruseri mu gihugu c’Ububirigi. Uwo igihugu cabuze kitanka yamaze iki? Ido n’ido. Abegereye umuryango w’uwo…

Amakuru ahambaye yatoranijwe n'abanditsi bacu. Kuva ku wa mbere gushika ku wa gatanu.
Mu kwiyandikisha, wemera politike yacu y'ibanga.