Habari
Inatayarisha habari…
Ikiwa tafsiri inahitajika, hii inaweza kuchukua sekunde chache.
Ikiwa tafsiri inahitajika, hii inaweza kuchukua sekunde chache.
Mu vyaha biremereye vy’ihohoterwa rifatiye ku gitsina, hari ico dukunze kwiyobagiza canke nyene tutigera twibuka ko kibaho. Ico naco kibera mu miryango yacu, akaba ari ugufata ku nguvu uwo mwubakanye. Muti none ivyo bigenda bite? Bifise inkurikizi izihe? Insiguro. Iyo bavuze gufata ku nguvu uwo mwubakanye, biragoye gutahura. Womenga ico…

Habari muhimu zilizoteuliwa na wahariri wetu. Jumatatu hadi Ijumaa.
Kwa kujiandikisha, unakubali sera yetu ya faragha.