Ruka kwenye yaliyomo

“Ndahakanye ko mama yakwa ijambo kubera imico”

Mu Burundi, iyo serugo yitavye Imana, umupfasoni asize ntaba afise uruhusha rwo guhaguruka ngo avuge ijambo kw’izina ry’umurango. Ategerezwa kurondera umuntu w’umugabo mu muryango, akaba ari we avugira urugo. Akarenganyo gasasiwe indava kugeza iyo; intahe ya Annick Ndihokubwayo* irabigaragaza. “Nta nkokokazi ibika isake ihari” ; mu yandi majambo, umugore nta burengenzira…

2 dakika za kusoma
Shiriki

Mjadala

  • Bado hakuna maoni. Kuwa wa kwanza.
Afrika kila asubuhi katika sanduku lako

Afrika kila asubuhi katika sanduku lako

Habari muhimu zilizoteuliwa na wahariri wetu. Jumatatu hadi Ijumaa.

Kwa kujiandikisha, unakubali sera yetu ya faragha.

Zinazohusiana