Habari
Inatayarisha habari…
Ikiwa tafsiri inahitajika, hii inaweza kuchukua sekunde chache.
Ikiwa tafsiri inahitajika, hii inaweza kuchukua sekunde chache.
Urugero rw’ubukene bw’akazi mu rwaruka rwavuye ku bice 60% mu mwaka w’2016 ruja kuri 65% mu 2017. Yamara, iciyumviro c’uko abakeneye ubuzi « bokwitunganiriza imigambi bo nyene » catanguye kuvugwa cane kuva mu myaka y’2013. None, ni ukutumva ? Ni umuzi w’ibuye ? Canke ni wa mugani ngo « so akwanka, akuraga ivyamunaniye » ? Hari agahaze….

Habari muhimu zilizoteuliwa na wahariri wetu. Jumatatu hadi Ijumaa.
Kwa kujiandikisha, unakubali sera yetu ya faragha.