Habari
Inatayarisha habari…
Ikiwa tafsiri inahitajika, hii inaweza kuchukua sekunde chache.
Ikiwa tafsiri inahitajika, hii inaweza kuchukua sekunde chache.
Turi mu kwezi kwa Gitugutu. Isi yose yaguhariye kugwanya Kanseri yo mw’ibere. Abantu benshi barakunze kwibaza, ndetse bakemeza ko indwara ya kansera ifata abakenyezi bamaze kwonsa gusa. Ihibambewe! Iyi ntahe ya Claudine, umwigeme w’imyaka mirongo ibiri amaze imyaka itanu agendana iyo ndwara, iratwereka ko atari uko bimeze. Iyo ndwara yamfashe…

Habari muhimu zilizoteuliwa na wahariri wetu. Jumatatu hadi Ijumaa.
Kwa kujiandikisha, unakubali sera yetu ya faragha.