Habari
Inatayarisha habari…
Ikiwa tafsiri inahitajika, hii inaweza kuchukua sekunde chache.
Ikiwa tafsiri inahitajika, hii inaweza kuchukua sekunde chache.
Ejo bundi, hari uwuheruka kwandika kuri runo rubuga yigana impamvu zituma abantu baguma banywa itabi kandi batayobewe ububi bwaryo. Yanyibukije vyinshi kw’itabi ; ngira ndabaganirire ayo nariboneyeko. Ni mu kwezi kwa ruheshi, umwaka w’2008, jewe n’umugenzi wanje dukwije imyaka 18 ; igihe co kwiyumva ubusore kirageze. Akenshi, mu masaha y’umuhingamo, bugingo twavuye…

Habari muhimu zilizoteuliwa na wahariri wetu. Jumatatu hadi Ijumaa.
Kwa kujiandikisha, unakubali sera yetu ya faragha.