Inkuru
Iriko ihindurwa…
Niba ihinduka rikenewe, bishobora gufata amasegonda makeyi.
Niba ihinduka rikenewe, bishobora gufata amasegonda makeyi.
Ubuheruka, kuri runo rubuga haraciye igisomwa kituyagira ku makuba yo gukwiza imyaka 30 umukobwa atarubaka, mu Burundi. Hari umusomyi wa Yaga rero abibona ukundi. Arabituyagira. Bavuga ngo abahungu barinenaguza abakobwa ? Eka jewe si uko ndabibona. Ahubwo bamwe mu bakobwa ubu ni kibazo. Bishinga ibibaryohera ku maso gusa, ariko ivya kazoza…

Amakuru ahambaye yatoranijwe n'abanditsi bacu. Kuva ku wa mbere gushika ku wa gatanu.
Mu kwiyandikisha, wemera politike yacu y'ibanga.