« Ngiye guca umukozi » : nta wugishigikira incuti n’abagenzi ?
Aho hambere hahise, kumariranira imanza vyagaragaza urukundo, umuvukano n’umubano mwiza. Ariko ubu biriko birahindura ishusho. Inyifato zitari nke zigaragaza ko bisigaye ari nk’umuzigo umuntu atura...