LE JOURNAL.AFRICA
SOCIETE

« Ngiye guca umukozi » : nta wugishigikira incuti n’abagenzi ?

Aho hambere hahise, kumariranira imanza vyagaragaza urukundo, umuvukano n’umubano mwiza. Ariko ubu biriko birahindura ishusho. Inyifato zitari nke zigaragaza ko bisigaye ari nk’umuzigo umuntu atura canke ideni yishura.

Uno musi umuntu aronse ubutumire bumubwira urubanza rwa kanaka, aho kunezerwa (mu gihe urubanza runezereje) atangura guharura uburyo bizomutwara, nayo rwa rukundo, wa mutima wo gufashanya, mburira !

Ubu Umurundi agiye mu rubanza rw’umugenzi canke rw’umuryango, aba afise ibindi bintu agamije birengeye bwa bumwe na wa muvukano ba sokuru baturaze.

Babone ko naje …

Ejo bundi  twari twagiye gushigikira umugenzi yabuze umuntu. Turi mw’isengero,  aha imisa iriko irasozerwa numva mugenzanje anyongorera ati: « Haguruka n’ingoga twegere harya baca basohotse, tubaramutse, ntibaze bavuge ngo ntitwaje! »

Yakampaye isuka wa mugenzi ! Naramwumviye, ndahaguruka, tuja guhagarara aho ambwiye. Imisa irangiye barasohoka, natwe turikazanura neza.  Ababuze badushikiri...   

Continuer la lecture de cet article sur YAGA BURUNDI

Articles similaires

La localité de Vyerwa sera le Miroir de la ville de Ngozi (P.Nkurunziza)

RTNB BURUNDI

« Toussaint » : à quand la canonisation d’un saint burundais ?

YAGA BURUNDI

Certaines églises dans le viseur de la loi burundaise (vidéo)

RTNB BURUNDI
Verified by MonsterInsights