#Primusic2019 : genda, usize utwigishije vyinshi !
Ihiganwa Primusic ryari rimaze amezi atatu rigosora urwaruka rufise ingabirano mu kwikora mu gahogo, ryaraye rirangiye. Mu giteramo co kurisozera, cabaye ku wa 28 Mukakaro, haragaragayemwo vyinshi twokuramwo inyigisho ikomeye nk’Abarundi. Bizimana Aboubakar Karume; batazira « Sat-B », na Mugani Desire benshi bazi kw’izina rya « Big Fizzo », bari…
Na Rédaction
2 dakika za kusoma

Mjadala
- Bado hakuna maoni. Kuwa wa kwanza.
Afrika kila asubuhi katika sanduku lako
Afrika kila asubuhi katika sanduku lako
Habari muhimu zilizoteuliwa na wahariri wetu. Jumatatu hadi Ijumaa.
Kwa kujiandikisha, unakubali sera yetu ya faragha.



