Ruka kwenye yaliyomo

Burundi : tuzirikane impunzi zacu

Sokuru ati: «Ubusimbi busangiye amajanja ntibuhishanya amajambo.» Ni igenekerezo rya 20 Ruheshi, isi yose irahimbaza umusi mpuzamakungu wahariwe impunzi. Mbega Abarundi bene wacu bahungiye hanze y’igihugu bamerewe gute? Reka tubice muri make hano. Uno musi ugeze igihugu cacu kiza mu vya mbere bifise impunzi nyishi zahungiye hanze y’igihugu, haba ku…

2 dakika za kusoma
Shiriki

Mjadala

  • Bado hakuna maoni. Kuwa wa kwanza.
Afrika kila asubuhi katika sanduku lako

Afrika kila asubuhi katika sanduku lako

Habari muhimu zilizoteuliwa na wahariri wetu. Jumatatu hadi Ijumaa.

Kwa kujiandikisha, unakubali sera yetu ya faragha.

Zinazohusiana