LE JOURNAL.AFRICA
SANTE

Nankana ngo abakiri bato ntibakwiye gutinya ikiza koronavirisi ?

Inkuru z’uko abantu bafise imyaka mike umugera SARS-CoV-2 ataco ubagira ziguma zikwiragira ku mbuga ngurukanabumenyi. Ariko rero, turakwiye kuhagabira.

Izo nkuru zifatira ku biharuro bimwebimwe bishirwa ahabona, aho vyerekana ko mu bantu bababa 5 000 bamaze guhitanwa n’ico kiza mu Butaliyano, ibice 98,9 bafise imyaka yababa 78. Muri abo 5 000 bamaze gushengera, ibice 1,1 ni bo bafise imyaka iri musi ya 50, naho nyene benshi muri bo (99%) bakaba bari basanzwe bafise ubundi bumuga nk’indwara zidakira (igisukari, umutima, n’ibindi), nk’uko b...   

Continuer la lecture de cet article sur YAGA BURUNDI

Articles similaires

Burundi : il n’y aura plus que des pharmacies aux normes

YAGA BURUNDI

«Imaginécole» une plateforme éducative pour 6,6 millions d’élèves francophones en Afrique

RFI AFRIQUE

Côte d’Ivoire: le calendrier de la campagne de vaccination maintenu malgré un contretemps

RFI AFRIQUE
Verified by MonsterInsights