LE JOURNAL.AFRICA
SOCIETE

Nta mwuga w’abagore gusa canke uwagenewe abagabo gusa ubaho

Kubera imiziro canke imigenzo y’aho hambere, abigeme n’abakenyezi basa n’abakumirwa mu myuga imwe imwe. Ariko mu ntara ya Rumonge ho, siko bikiri. Hari abakenyezi bijukiye umwuga wo kwegeka. Urabafasha mu bitari bike, nk’uko Bahati, umwe muri abo bavumbikazi abituyagira.

Kuva nkiri muto, nakuze mbona umwuga wo kwegeka ukorwa n’abagabo gusa. Ndibuka ko na sogokuru yari umuvumbi, ariko sinari bwabone abwira nyokuru ngo amuherekeze canke amutwaze ifumba, agiye guhakura. Iyo akeneye uwumufasha, yahamagara abandi bagabo. Jewe ubwanje sinigera nibaza ko nokora uwo mwuga. 

Igihe kimwe, amashirahamwe FAO, OXFAM, n’ayandi yaje iwacu, aduha inyigisho zo kwegeka ku buryo bwa kijambere. Niko kujijuka tukaja mu mashirahamwe dutangura kwegeka; ibiciye kubiri n’imiziro igenga uwo mwuga.

Intambara itoroshe

Ubu maze imyaka igera kuri ibiri ntanguye uwo mwuga. Tugitangura, abantu benshi baratangara, mbere ntibanatahure ingene umukenyezi yofata ifumba akaja guh...   

Continuer la lecture de cet article sur YAGA BURUNDI

Articles similaires

L’école ou l’église, il faut choisir

YAGA BURUNDI

RDC: des sinistrés toujours dans l’attente d’une solution à Kibati

RFI AFRIQUE

Nigéria : un village baptisé ‘idiot’ change de nom

BBC AFRIQUE
Verified by MonsterInsights