LE JOURNAL.AFRICA
SOCIETE

« Gusaba irembo », « gutwikurura », … imanza dukwiye guheba mu Burundi

Ntivyoroshe. Mu gihe Abarundi bamwe batora kwihebera Imana kugira bahunge ubukene, twari dukwiye kurimbura imigirwa itabereye ibihe turimwo, tukayisezerera…

Utubazo dukeya : birakenewe ko umuntu arinda gukoranya abantu cumi kugira aje gusaba irembo ? Aho ntituvuze abandi nabo usanga ba bamwana batumiye mu kibano no mu ncuti, bose bakaba bakeneye gufungura no kunywa. Uburyo bitwara ni bwinshi cane. Ikindi naco, ntitwari dukwiye guheba gutwikurura, na rirya bitagifise akanovera vyamanye ? Twoheza tukabisubiriza no gushika mu rugo, aho umuvyeyi aja kuramutsa abana baraye barushinze, gutyo abatumire ntibabe umurengera, hagakora n’uburyo buke.

Gufuba uwitavye Imana ni vyo bindi bisigaye bitwara uburyo bwinshi muri ino misi. Nta kuntu abantu bogenda batwariyeko amafanta canke amazi ku ki...   

Continuer la lecture de cet article sur YAGA BURUNDI

Articles similaires

RDC : plus de 188 milles personnes sont dans les besoins d’aides humanitaires dans le Nord-Kivu

LE JOURNAL.AFRICA

RDC: ERND alerte pour la vie difficile du peuple autochtone du Sud-Kivu

LE JOURNAL.AFRICA

Disparition de Diary Sow: la question de la pression sociale

RFI AFRIQUE
Verified by MonsterInsights