LE JOURNAL.AFRICA
CULTURE

Ikirundi si ururimi rukenye: habe na mba!

Hari abavuga ko ururimi rw’ikirundi rukenye ugereranije n’izindi ndimi zikoreshwa mu nyigisho n’ibindi bikorwa vy’igihugu nk’igifaransa n’icongereza. Ariko hari ibintu vyinshi bigaragaza ko ivyo atariko biri.

Igihe hahimbazwa umusi mpuzamakungu wahariwe igitabu mu Burundi, abari bashitse aho uwo musi wahimbarijwe bararonse akaryo ko gukurikirana ibiganiro vyatunganijwe, na canecane icari gihariwe amayagwa yanditswe mu Kirundi kuva Abarundi bamenye kwandika. 

Umwigisha muri Kaminuza y’Uburundi Dr Denis Bukuru, umwe mu batumire muri ivyo birori, akaba ari nawe yaremesheje ico kiganiro, yarajijuye abari bahari ko ikirundi atari ururimi rukene, nk’uko benshi babivuga canke bavyibaza. 

Ikirundi n’Ubumenyi

Uwo muhinga yemeza ko ururimi rw’Ikirundi rushobora gukoreshwa mu kwigisha ivyigwa vy’ubumenyi abandi bakoresha mu ndimi zabo. Ashize amanga, yemeza ati:

Erega hari n’amajambo amwe muri ayo y’ubumenyi n’ubuhinga Abarundi bakoresha batabizi. Akarorero ni nko mu vyigwa vy’ibiharuro, aho biga umuzingi (cercle mu rurimi rw’igifaransa). Ijambo ry’ikirundi risubirira ijambo “rayon” ni “

Continuer la lecture de cet article sur YAGA BURUNDI

Articles similaires

Côte d’Ivoire: l’UE Magic Tour reprend pour une tournée de 17 étapes

RFI AFRIQUE

À la Une: après la rumba congolaise, le thiéboudiène…

RFI AFRIQUE

Burundi : Lecture, source d’une expression orale et écrite

LE JOURNAL.AFRICA
Verified by MonsterInsights