LE JOURNAL.AFRICA
SPORTS

Ng’ibi ibintu bitanu dukwiye guhinyanyura mu mupira w’amaguru

Hambavu y’ivyavuzwe vyatumye Uburundi butaha zirayoye mu mahiganwa ya #CAN2019, hari n’ibindi vyinshi bibangamiye ico gisata. 

Si ivy’imbeshere ; ubukene bwugarije imigwi y’umupira w’amaguru mu Burundi burafise uruhara runini mu ngorane zishikira ico gisata. Ni nayo ntandaro yo gutsindwa mu nkino mpuzamakungu. 

Ariko rero, si ico gusa. Hari n’ibindi vyinshi bigaragara ko bidatorewe inyishu, n’ejo n’ejo bundi, urukino rw’umupira w’amaguru ataho ruriko ruraja, mu gihugu cacu.

Imigwi yubakiye ku gatwe k’abantu

Ikimaze kwibonekeza mu Burundi, hari imigwi y’umupira w’amaguru yubakiye ku bantu. Hamwe abo ishingiyeko bashikiwe n’akagorane, iyo migwi ica itakaza inkomezi bidatevye. 

Nk’akarorero, imigwi Flambeau de l’Est na Royal FC yari imigwi ikomeye cane imbere y’umwaka w’2015. Flambeau de l’Est ni wo mugwi wa mbere wo hagati mu gihugu watwaye igikombe c’ihiganwa ry’igihugu mu mateka y’umupira w’amaguru mu Burundi. 

Continuer la lecture de cet article sur YAGA BURUNDI

Articles similaires

Amical: Le PSG écrase Dresde

FOOTBALL FR

Caen: L'arrivée de Courbis officialisée

FOOTBALL FR

Leonardo invite Neymar à partir

FOOTBALL FR
Verified by MonsterInsights