Habari
Inatayarisha habari…
Ikiwa tafsiri inahitajika, hii inaweza kuchukua sekunde chache.
Ikiwa tafsiri inahitajika, hii inaweza kuchukua sekunde chache.
Itariki 20 Rusama, Abarundi bazindukanye n’iyonka kwitorera indongozi nshasha. Abanditsi babiri ba Yaga baratwiganira uko uwo musi wagenze kuri bo. Axel Gavial Harerimana: ntwengambabaye / nshinyabigoye Bamwe mu bagenzi banje bari hanze y’igihugu, bari baraye bambajije ingene ivy’uno musi bitunganijwe. Bari bafise ubwoba. Igihugu cacu caciye muri vyinshi, mu myaka…

Habari muhimu zilizoteuliwa na wahariri wetu. Jumatatu hadi Ijumaa.
Kwa kujiandikisha, unakubali sera yetu ya faragha.