Habari
Inatayarisha habari…
Ikiwa tafsiri inahitajika, hii inaweza kuchukua sekunde chache.
Ikiwa tafsiri inahitajika, hii inaweza kuchukua sekunde chache.
Mu gihe ubushikiranganji bw’amagara y’abantu buduhamagarira kugwiza gukaraba iminwe n’amazi meza n’isabuni, canke amazi arimwo umuti, ngo twikingire ikiza ca coronavirus kituryamiye amajanja, haribonekeza agahaze mu buryo abantu bakarabamwo. None umuntu yokaraba neza gute ? Mu gihe ico kiza camaze gushwara ibihugu bibanyi, ugukaraba neza biri mu vyihutirwa ngo twikingire…

Habari muhimu zilizoteuliwa na wahariri wetu. Jumatatu hadi Ijumaa.
Kwa kujiandikisha, unakubali sera yetu ya faragha.