Habari
Inatayarisha habari…
Ikiwa tafsiri inahitajika, hii inaweza kuchukua sekunde chache.
Ikiwa tafsiri inahitajika, hii inaweza kuchukua sekunde chache.
Iyandikwa ryaraheze, ariko hari abatazokwibagira iyo vyaciye. Zimwe mu mpapuro basabwa muri uko kwiyandikisha zikaba zitaboroheye kuronka. Ni icibukiro. Ncuti Eric*, ni umunyeshure avuka mu ntara ya Karusi, muri komine Nyabikere. Ikintu camutumye amanuka i Bujumbura, ni zimwe mu mpapuro yategerezwa gutanga mu kwiyandikisha muri kaminuza. Avuga ati : “kumanuka i Bujumbura…

Habari muhimu zilizoteuliwa na wahariri wetu. Jumatatu hadi Ijumaa.
Kwa kujiandikisha, unakubali sera yetu ya faragha.