« Uri umwo ? Uradeya ? Ni akavubu ? » : Ikirundi kiri kune kikaba gutanu
Mu gihe Uburundi buri mu bihugu bike kw’isi bifise ururimi kavukire rumwe, hari uduce tumwe tumwe usanga dufise Ikirundi twisangije ; nabibonye mu ntara kama ya Kumoso. Nta misi irahera ngize urugendo rw’akazi mu ntara ya Ruyigi, neza na neza muri komine ya Gisuru. Mu gihe ryari irya mbere ndahahonyoza ikirenge,…
Na Rédaction
2 dakika za kusoma

Afrika kila asubuhi katika sanduku lako
Afrika kila asubuhi katika sanduku lako
Habari muhimu zilizoteuliwa na wahariri wetu. Jumatatu hadi Ijumaa.
Kwa kujiandikisha, unakubali sera yetu ya faragha.



