Habari
Inatayarisha habari…
Ikiwa tafsiri inahitajika, hii inaweza kuchukua sekunde chache.
Ikiwa tafsiri inahitajika, hii inaweza kuchukua sekunde chache.
Umugambwe Cndd-Fdd waraye utoye uwuzowuserukira mu guhiganirwa intebe y’umukuru w’igihugu mu matora Abarundi bimirije. Iyo nkuru imaze kumenyekana, hari inyifato n’imvugo zakurikiye. Umwanditsi Déo Ndayishimiye akazifatirako mu kuvuga ati : « Abarundi dukwiye guhinduka ». Hari ejo bundi, umugambwe uri ku butegetsi mu Burundi wari waramutse utora uwuzowuserukira mu matora yo mu mwaka…

Habari muhimu zilizoteuliwa na wahariri wetu. Jumatatu hadi Ijumaa.
Kwa kujiandikisha, unakubali sera yetu ya faragha.