Urudandazwa rwo musi y’umutaka: « Tugiye kuba abande?»
Ku wa 21 munyonyo 2019, umukuru w’igisagara ca Bujumbura Freddy Mbonimpa, mw’itangazo yasohoye, yarahagaritse urudandazwa rwo mu mitaka, hamwe n’abatembereza ibintu mu mabarabara. Iyo ngingo ntiyakiriwe neza n’abari babeshejweho n’urwo rudandazwa, Pierre* aradushingira intahe y’aho rwamukuye n’aho rwari rumugejeje. Abavyeyi banje bose bahitanywe n’intambara. Eka n’abo tuvukana bose nta n’umwe…
Na Rédaction
2 dakika za kusoma

Mjadala
- Bado hakuna maoni. Kuwa wa kwanza.
Afrika kila asubuhi katika sanduku lako
Afrika kila asubuhi katika sanduku lako
Habari muhimu zilizoteuliwa na wahariri wetu. Jumatatu hadi Ijumaa.
Kwa kujiandikisha, unakubali sera yetu ya faragha.



