Habari
Inatayarisha habari…
Ikiwa tafsiri inahitajika, hii inaweza kuchukua sekunde chache.
Ikiwa tafsiri inahitajika, hii inaweza kuchukua sekunde chache.
“Sinubahuka kwiraba mu cirore”, “Mfise izuru ribi”, “Abantu bahava bavuga ko ndi mubi”… Ivyo ni bimwe muri vyinshi cane abantu benshi, na canecane imiyabaga, bama bibwira. Ku batari bake, vyabaye nk’indwara kandi ikomeye, n’aho umuti wayo wari woroshe kuronka. Muti ni uyuhe? Uko abantu ari benshi kw’isi, niko bari kwinshi…

Habari muhimu zilizoteuliwa na wahariri wetu. Jumatatu hadi Ijumaa.
Kwa kujiandikisha, unakubali sera yetu ya faragha.