Habari
Inatayarisha habari…
Ikiwa tafsiri inahitajika, hii inaweza kuchukua sekunde chache.
Ikiwa tafsiri inahitajika, hii inaweza kuchukua sekunde chache.
Kw’igenekerezo rya 27 gitugutu 2019, Papa Francisco yaremeye kwiga ingingo irekurira abagabo bubatse, mu mareta agize akarere ka Amazonie muri Amerika, gushobora guhezagirwa mu mabanga y’ubupatiri muri Ekleziya katorika. Nimba koko bishoboka ko umugabo yubatse arangura iryo banga, habuze iki ngo hafatwe ingingo irekurira abapatiri kurongora? Nk’akarorero, kubo mu Burundi,…

Habari muhimu zilizoteuliwa na wahariri wetu. Jumatatu hadi Ijumaa.
Kwa kujiandikisha, unakubali sera yetu ya faragha.