Habari
Inatayarisha habari…
Ikiwa tafsiri inahitajika, hii inaweza kuchukua sekunde chache.
Ikiwa tafsiri inahitajika, hii inaweza kuchukua sekunde chache.
Reta y’Uburundi, ifashijwe n’ishirahamwe mpuzamakungu ryitaho amagara y’abantu (OMS) iriko iragerageza kuzitira ngo ikiza Ebola nticinjire mu gihugu cacu. Yamara, ibimaze gukorwa ntibihagije. Ng’izi inkingi zitatu dukeneye gushiramwo inguvu. 1. Ubumenyi ni buke cane Nk’umunyamakuru, nari maze imisi nkurikirana inyigisho zaronkejwe abantu bababa 2000, bakora mu gisata c’amagara y’abantu, ku…

Habari muhimu zilizoteuliwa na wahariri wetu. Jumatatu hadi Ijumaa.
Kwa kujiandikisha, unakubali sera yetu ya faragha.