Habari
Inatayarisha habari…
Ikiwa tafsiri inahitajika, hii inaweza kuchukua sekunde chache.
Ikiwa tafsiri inahitajika, hii inaweza kuchukua sekunde chache.
Igenekerezo rya 12 Ruheshi, uko umwaka utashe, isi yose irahimbaza umusi mpuzamakungu wahariwe kugwanya ibikorwa biruhije ku bana. Mu Burundi, abana barakoreshwa ukuri kwamye, ata n’icamira. Hano, ndababwira muri make uko vyifashe. Muti mbega umuntu avuze ugukoresha abana bisigura iki? Nk’uko tubisoma ku rubuga rw’ubushikiranganji bw’ubutungane mu Burundi, ni ibikorwa…

Habari muhimu zilizoteuliwa na wahariri wetu. Jumatatu hadi Ijumaa.
Kwa kujiandikisha, unakubali sera yetu ya faragha.