Habari
Inatayarisha habari…
Ikiwa tafsiri inahitajika, hii inaweza kuchukua sekunde chache.
Ikiwa tafsiri inahitajika, hii inaweza kuchukua sekunde chache.
Twaraye duhimbaje umusi mpuzamakungu wahariwe abakozi n’akazi. Mu Burundi, mu matangazo menshi y’akazi, iryungane « Idosiye z’abakenyezi zirahimirijwe cane! » ntirihara. Akamaro karyo ni akahe none? Ejo bundi nabonye itangazo ry’akazi ku rubuga ngurukanabumenyi. Kuko ikiringo co kugasaba cari cegereje, negeranije ivyangombwa nihuta ngira nti kumbure ngiye kuronka akazi…

Habari muhimu zilizoteuliwa na wahariri wetu. Jumatatu hadi Ijumaa.
Kwa kujiandikisha, unakubali sera yetu ya faragha.