LE JOURNAL.AFRICA
SOCIETE

« Ukunanirwa ni intambwe idushikana ku ndoto zacu»

Umwaka ugiye kurangira. Benshi muri twebwe twawutanguranye imigambi myinshi. Bamwe vyagenze neza, abandi barananiwe. Igikunda gushika ni uko bene kunanirwa baca bihebura. Si uko vyategerezwa kugenda. Ng’uku uko twategerezwa kubona « uruhombo » mu vyo dukora. 

Ushobora kuba uri mu batanguranye umwaka imigambi myinshi. Nkumbure, imwe muri yo yarahuye n’intambamyi utitegurira, nk’uko vyama mu buzima bwa misi yose. Akenshi, bene izo ntambamyi ziza giturumbuka, ariko zigatuma imigambi umuntu yariko arakora icumbagira canke igahenebera burundu. 

Ingaruka z’urwo ruhombo zisiga ibikomere muri mwene gutakaza, amadeni n’izindi ngorane nyinshi. Ikibabaje, hari abaca bagarukiriza ngaho imigambi yabo, nk’uko womengo ubuzima burahagaze. Muti none ni gute umuntu yokwifata iyo yahuye n’ingorane mu vyo yarangura? 

Ng’izi impanuro za Pascual sylvaine, umuhinga mu bijanye n’inyifato mu kazi

Ni gake umuntu ashika kw’iterambere rikomeye atabanje kunanirwa. Twari dukwiye kwakira bene izo mpanuka nk’aho ziri mu bigize ubuzima bw’ukurangura imigambi kurusha ukunanirwa. Uburyo bwiza bwo kwifata muri ivyo bihe ni ukumenya ikibanza umuntu akwiye guha urwo ruhombo canke izo ngorane. N’aho yohura n’ibibazo bingana gute, ntakwiye kuguma yiyugaraniye m...   

Continuer la lecture de cet article sur YAGA BURUNDI

Articles similaires

« Allô chérie, tu as vu l’heure ? » : on en a marre

YAGA BURUNDI

Lettre aux artistes burundais : merci !

YAGA BURUNDI

Changement climatique : des réfugiés en Ethiopie se dotent des moyens énergétiques de subsistance

LE JOURNAL.AFRICA
Verified by MonsterInsights