#ZaNzoga: abazikora n’abazinywa baratubwiye uko babigenza
Ziri ubwoko injojo ! Kanyanga, umudiringi, umunanasi, umugorigori, igisubi, n’izindi rero bita “inkonesere”. Zikorwa gute? Twozisanga he? Zinyobwa na bande? Vyose ni muri kino gisomwa, twarahuye...