LE JOURNAL.AFRICA
#YagaDécodeur

#ZaNzoga : twazinywa twareka, hari ukuntu…

Mu Burundi, ugukora, ukundandaza n’ukunywa inzoga, ni ubuzima bwa misi yose bwa benshi. Kumbure bituruka ku kibanza urukanywa rusanzwe rufise mu mucokama w’ikirundi. Ico bikoze, Abarundi nta vyigwa barakora ku nyungu n’agahombo babikuramwo, ari na ho hava agahaze. Tugiye kubayagira ku nzoga zitemewe n’amategeko.

Ziri ubwoko injojo ! Kanyanga, umudiringi, umunanasi, umugorigori, igisubi, n’izindi ; nta wozidonda ngo azimare. Hari izikorerwa aha iwacu n’izizanana hanze y’igihugu. Nk’uko bigaragara mu rukurikirane rw’ibisomwa tugiye kubashikiriza, uhereye mu gisagara ca Bujumbura ukageza mu ntara zose zigize Uburundi, hamwe hose hari ubwoko butandukanye bw’izo nyobwa. Uburyo mwe n’izo nzoga zikorwa, abazihereza, amasaha bazinywerako, ibibanza, urugero n’ingaruka ivyo vyose biheza bikazana, ni akumiza ! Naho nyene bene kuzikora bakoresha ivya ndagutakiye, bakazikorana isuku r...   

Continuer la lecture de cet article sur YAGA BURUNDI

Articles similaires

Bujumbura : l’histoire derrière certains monuments et « lieux de mémoire »

YAGA BURUNDI

Samandari : au-delà d’un simple bouffon

YAGA BURUNDI

Les étudiants burundais face à l’épreuve des discours de haine

YAGA BURUNDI
Verified by MonsterInsights