Article
Préparation de l'article…
Si l'article doit être traduit, cela peut prendre quelques secondes.
Si l'article doit être traduit, cela peut prendre quelques secondes.
Iterefone ngendanwa, imashini nyabwonko, imboneshakure, n’ibindi biri mu vyo dukoresha mu buzima bwa misi yose; kandi bidufitiye akamaro. Ariko tutiyubaye, biba mu bintu bifise ingaruka mbi ku magara yacu. Muti gute? Jimmy* ni umuyabaga yiga muri kaminuza. Arakoresha ivyuma vy’ubuhinga bwa none. Ari mu bantu bakoresha cane iterefone ngendanwa igezweho,…

Notre sélection des informations essentielles. Du lundi au vendredi.
En vous inscrivant, vous acceptez notre politique de confidentialité.