LE JOURNAL.AFRICA
SOCIETE

Ubushingantahe canke ubupfasoni ntibuzanwa no gushinga umuryango

Kwinuba, gutunga urutoke canke gukumira abantu ngo ni uko batarubaka izabo, birabababaza cane, kandi bigatuma bamwe bafata ingingo zo guhuruduka, kenshi zinabajana mu rudubi. Hari benshi bitiranya ubushingantahe canke ubupfasoni n’ukuba umuntu yarangoye(we). Ni ukwihenda cane.

Ivyo wewe urabizi wa mwana we? Geza aho turi kumwe n’umwana. Banza utaramuke tuyage ivy’abakuze…”. Izo mvugo, twese turamaze kuzumva. Ni amwe mu majambo abwirwa abahungu n’abakobwa batarubaka izabo iyo bari kumwe na bamwe mu bamaze gutera iyo ntambwe. Birababaje cane. Kandi mbere, bene iyo nyifato ntibiyumvira ku ngorane baba bariko baratera ikibano ndundi.

Ezékiel*, umusore w’imyaka 35, avuga ko ubu atisanzura iyo ari kumwe n’abagenzi biwe bubatse izabo. Uwo musore akababazwa n’uko benshi mu bamubwira gutyo ata gihe giheze bahora basangira urukanywa, bakiri mu rugero rumwe rw’abasore. Ati: “iyo batanguye ikiyago kijanye n’ingo, ingorane iba itanguye kuri jewe. Bamwe bandugako ngo ndacari umwana, sinkeneye kumenya ibijanye n’ingo. Abandi ngo ni nkinjure  ndababise bayage bisanzuye.”

Continuer la lecture de cet article sur YAGA BURUNDI

Articles similaires

Ruyigi: l’enregistrement tardif des naissances bat son plein

RTNB BURUNDI

Cameroun: un convoi de dons du couple Biya en route vers les régions anglophones

RFI AFRIQUE

Au Rwanda, des coopératives pour se reconstruire

RFI AFRIQUE
Verified by MonsterInsights