LE JOURNAL.AFRICA
SOCIETE

Padiri Ntabona mu Buyapani : « Icigwa nahakuye »

Bino bintu vyobera akarorero Abanyafurika (na canecane Abarundi), kuko natwe turafise ubutunzi bw’imicokama, mu vy’ukubaha kiremwa muntu ; naho nyene tuza tumaze kuvyonona. Ndasaba muntu wese usoma runo rwandiko ngo uzirikane cane zino ndangagaciro, « omotemashi » na « mottainai », zigize akarangamutima ka buri Muyapani wese. Ni intahe ya Padiri Diriyano Ntabona. 

Ndabahere ku nkuru y’urwo rugendo ? 

Nahezagiriwe amabanga y’Ubusaseredoti kw’igenekerezo rya 6 Nzero 1966. Ico gihe, twari kumwe n’abagenzi 64, bazananye mu mpande 4 z’isi. 

Umweranda Paulo VI, ari nawe yatwatiye uwo musi, yadutangiye inkuka y’imisa yakoze cane ku buzima bwanje. Muri iyo nkuka, kimwe mu vyo yadusavye ni uko twoba uruganda rw’ubumwe bw’ubuntu, tubiheshejwe n’ubutandukane bw’amamuko yacu.   

Kandi ivyo twarabigerageje. Twaciye duhitamwo kuza turahura buri myaka 5, tukaza turakuranya imigabane y’isi. Uno mwaka, Ubuyapani ni bwo bwaduhaye ubutumire.

Kabaye akaryo ko kugendera batatu muri abo bagenzi bacu ; ni bo badutumiye. Hari umwe aba i Nagasaki, aho ntitwashoboye kuhashika, kuko hari umuyaga w’igihuhusi watumye bidakunda ko tuhashika. Ivy’uwo muyaga ni ikindi kiyago, munkundire nzopfume ndabibabwira mu kindi gisomwa. Ariko ubu, reka ...   

Continuer la lecture de cet article sur YAGA BURUNDI

Articles similaires

Tchad : les violences physiques restent normales aux yeux des femmes

LE JOURNAL.AFRICA

Burundi : Quand la naissance n’apporte pas de joie

LE JOURNAL.AFRICA

Goma : l’ONG Amani Africa sensibilise sur la cohabitation pacifique et la tolérance communautaire

OKAPI CONGO
Verified by MonsterInsights