LE JOURNAL.AFRICA
CULTURE

Burundi : akaranga n’ubuhazampano vyoteza imbere igihugu

Akaranga n’ubuhazampano* ni ibintu bituma ibihugu bitari bike bimenyekana kw’isi. No mu Burundi, ico gisata cari gikwiye gufatwa nk’umutima w’iterambere nk’uko Ezechiel Ndayizeye abisigura. 

Hari ku mugoroba, niciriye mu giteramo cari categuwe hagati mu gisagara ca Kigali. Naratangaye mbonye abaririmvyi bakurikiranye kuduca imbere bose ari Abarundi. Ntabesha, numvise mbabaye cane. Kuko abo bahazampano bose basize igihugu cabo cabibarutse baja gutera iteka ikindi gihugu, bagiteza imbere. Kubera iki bahisemwo kuva mu gihugu c’amavukiro ? « Ikiringo ca gatatu ? » Haba namba ! Bamwebamwe bo bagiye n’imbere y’uko ico gihuhuta kiza. Bose bahuriza ko mu Burundi, umwuga bakora udafise ikibanza kiwubereye. Ntibashobora kubeshwaho n’ubuhazampano bwabo, bigatuma baja kurondera ahosumba ahandi. 

Vyose ni inyungu

Biciye mu buhazampano n’akaranga, Uburundi burasobora gutera imbere! Ikibabaje, benshi ntibarabitahura. Igihugu kititaho ubuhinga bw’abahazampano* baco ntigisho...   

Continuer la lecture de cet article sur YAGA BURUNDI

Articles similaires

Burundi: Quand le tabou affecte Buja Sans Tabou

LE JOURNAL.AFRICA

Sénégal: le chanteur Youssou N’Dour sort un nouveau single en cette fête de la Tabaski

RFI AFRIQUE

Un jeu pour tester ses connaissances sur l’Afrique

RFI AFRIQUE
Verified by MonsterInsights