LE JOURNAL.AFRICA
SOCIETE

Igwirirana ry’abantu : imvyaro n’iterambere, duhitemwo kimwe

Haraciye imisi indwi, isi ihimbaje umusi mpuzamakungu wahariwe abanyagihugu. Uwo musi wampaye kwiyumvira ku bavukagihugu b’Uburundi. Kuva mu mwaka w’2001, ibitigiri vy’Abarundi vyagumye vyiyongera, ariko  kandi, bigaragara ko bitariko birasubira hasi vuba. None iryo gwirirana ryoba ritumwa n’iki ? Ingaruka zaryo zo ? 

Muri rusansuma rwakozwe mu mwaka w’2008, ibitigiri vy’abantu baba mu Burundi vyari 8.053.574. Naho icegeranyo cakozwe  n’ikigo ISTEEBUmu mwaka w’2016 categekanya ko ibitigiri vy’Abarundi bazoba baba mu Burundi vyangana 11.772.322

Ico kigo nyene kirabandanya cerekana ko ibitigiri vyiyongereye muri uyu mwaka w’2019, aho categekanya ko ubu bigeze   ku bantu 12.044.164. Muri ivyo bitigiri rero, ...   

Continuer la lecture de cet article sur YAGA BURUNDI

Articles similaires

Remise des certificats de premier emploi aux jeunes diplômés

RTNB BURUNDI

Prostituée un jour, prostituée toujours ?

YAGA BURUNDI

Burundi : ABEP, ses premiers pas après son agrément

LE JOURNAL.AFRICA
Verified by MonsterInsights